Amakungu arahimbaza kuri uyu wa 15 Ntwarante umunsi wahariwe kurwanya amabi akorwa n’abapolisi. Ayo mabi ngo ntahengeshanya gukorwa n’abapolisi mu Burundi nk’uko vyemezwa n’abaharanira agateka ka zina muntu. Kubw’umushingwamanza Gustave Niyonzima, ngo abapolisi bakwiye kumenya ko inguvu bahabwa n’igihugu ari izo gukingira abanyagihugu no kububahiriza. Akibutsa abihaye iyo ngendo yo guhohotera abanyagihugu, ko bitebe bitebuke ubutungane buzobibabaza.
Amakuru
15 mars 2021