Amakuru
18 février 2023

Umushikiranganji w’Umutekano arahumuriza ko umutekano wifashe neza mu gihugu cose

Umushikiranganji w’Umutekano arabeshuza inkuru zivuga ko hariho uduce tumwe tumwe tw’Uburundi umutekano utifashe neza. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku munsi wa kane itariki 16 Ruhuhuma, Martin Niteretse yavuze ko ari ibihuha vy’abashaka guca ivutu abanyagihugu. Ariko agahamagarira inzego zijejwe umutekano kurikanura.