Ibisigarira vy’abantu 268 ni vyo vyatowe mu ntara ya Bubanza igenekerezo rya 11 Kigarama 2022. Léa Nzigamasabo, umunyamabanga w’Umurwi ujejwe ukuri no kurekuriranira (CVR) yamenyesheje ko bagiye kuja mu ntara zose batari bwajemwo kugira ngo bahumurize ababuze. Ku bwiwe, ngo uwabuze uwiwe mu 1972 abonye ibisigarira vy’uwiwe, ararema kuko aba abonye ko uwiwe yagiye vy’ukuri.
Amakuru
14 décembre 2022
