Igihugu ca Misiri, kibicishije ku buserukizi bwaco, cahaye kuri uyu wa kane imfashanyo y’ibikoresho vyo kwa muganga ibitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Marc Nimburanira, arongoye ivyo bitaro vy’abasirikare, arakenguruka iyo mfashanyo, akongera asaba ko bobandanya babashigikira ku yindi ntambwe yo kwimura amafyigo ava ku muntu aja ku wundi.
Amakuru
11 novembre 2022