Abantu batandatu barafashwe mu ntango z’iyi ndwi bakekwa ko bishe imamfu mu Kayanza. Abo bantu bafashwe n’abajejwe umutekano bafadikanije n’abanyagihugu. Bivugwa n’umuyobozi mukuru w’ikigo kijejwe gukingira ibidukikije (OBPE). Berchmans Hatungimana aranegura iyo nyifato, na cane cane ko imamfu iri mu bikoko biriko birahona, kandi Uburundi bwiyemeje gukingira.
Amakuru
29 septembre 2022