Ibitungwa bigiye gusubira kubagwa guhera ku wa gatatu igenekerezo rya 03 Myandagaro 2022. Iyo ngingo yafatiwe mu nama umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, ari kumwe n’uw’Uburimyi n’ubworozi, bagiranye na ba Buramatari b’intara, abarongoye Uburimyi n’Ubworozi hamwe n’igipolisi mu ntara. Ariko imbere y’uko ivyo bitungwa bibagwa, bizobanza gushirwa ukwa
Amakuru
29 juillet 2022