Igice gitoya c’ivyashikiye Marie-Thérèse Sentamo, yiciwe abantu benshi mu mwaka w’1993. Muri urwo rwimo, yiciwe abana babiri hamwe n’umugabo wiwe Englebert Sentamo, ico gihe yari Buramatari w’intara ya Karuzi, yari asanzwe ari umunywanyi w’umugambwe FRODEBU.
Témoignages
14 janvier 2021