Inkwano yoba yarataye insiguro ? Inkwano mu bihe vya kera n’ubu bitandukaniye he? Kuri bamwe, inkwano yababereye intambamyi mu gihe bifuje kwubaka ingo zabo. Urunani rwa Radio Inzamba na Television Renaissance rutuyagira kuri vyo, mu kiganiro Yaga Mukenyezi.
Culture
1 janvier 2021
