Umugambwe CNDD-FDD urihaniza abanywanyi bayo gukota inzu ku mugambwe CNL ku mutumba wa Gihungwe, muri komine Gihanga mu ntara ya Bubanza. Rémy Nsengiyumva, umwe mu barongoye umugambwe CNDD-FDD kuri uwo mutumba, akavuga ko uwuzohirahira akabikora azokwibonerako.
Amakuru
30 mai 2023
