Uwuserukira igihugu c’Ubutariyano muri Republika iharanira demokarasi ya Congo yaragandaguwe kuri uyu wa mbere, mu buseruko bw’ico gihugu. Akaba yagandaguranywe n’abandi bantu babiri harimwo uwamucungera ubuzima, mu mutego w’abarwanyi b’umuhari FDLR. Umukuru w’igihugu ca Congo akaba yashize ico gitero mu bikorwa vy’iterabwoba.
Amakuru
23 février 2021