Ururimi rw’Igifaransa rwatumye haba inguvu zidasanzwe mu bucuti n’ugushirahamwe mu bihugu bikoresha urwo rurimi. Ivyo ni ivyashikirijwe na Louise Mushikiwabo, umunyamabanga mukuru w’ibihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa. Hakaba hari kuri uyu wa gatandatu, aho hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa.
Amakuru
22 mars 2021