Amakuru
13 janvier 2024

Urubanza rwa Dr Christophe Sahabo ruriko ruracafuza Uburundi (Me Prosper Niyoyankana)

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye arasabwa gufata dosiye y’inyagwa ry’imitahe y’abigenga yo mu bitaro Kira. Abisabwa n’umushingwamanza Prosper Niyoyankana, aburanira ishirahamwe Swissmed International Ltd. Prosper Niyoyankana asigura ko iyo dosiye icafuza Uburundi.