Ubukene bw’ibitabo buribonekeza mu mashure nshingiro nka yose yo mu Burundi. Nko mu mwaka wa gatatu hoho nta gitabo na kimwe bararonka, nk’uko vyemezwa n’abarimu. Iyo ngorane no mu bushikiranganji bw’Indero barayizi.
Amakuru
30 septembre 2022
