Uwurongoye Inama nshingamateka Gélase Ndabirabe yatse ijambo umushingamateka Nicodème Nduwimana asa n’uwutwawe n’agashavu. Kuko yaciye amwagiriza ko ariko avugira inkozi z’ikibi, harimwo abatera ama grenades amaze imisi yiha inkumbi mu gihugu. Amajambo ya Gélase Ndabirabe akaba yasa n’ayo gutera ubwoba uwo mushingamateka yariko abaza ico kibazo.
Amakuru
29 mai 2021