Umurwi wa New Star waburabujwe kuva ugishika mu gihugu ca Afrika y’epfo. Bivugwa na Mélance Bukera, yari yagiye arongoye uwo murwi muri ayo mahiganwa. Akavuga ko n’ihoteli bari bateguriwe gushikiramwo yahindutse bakajanwa mu yindi idatunganije neza.
Amakuru
15 décembre 2021
