Abakozi ba leta bose baba mu gisagara ca Bujumbura batanguye iyi ndwi babanje gukorera isuku aho bakorera kiretse abaganga hamwe n’abacamanza. Umukuru w’Igihugu Évariste Ndayishimiye yabitegetse ku wa gatandatu uheze aho yariko arakora ibikorwa rusangi. Akaba yemeza ko isuku rike ari ryo rituma abanyagihugu baterwa n’indwara z’ivyaduka bakura aho bakorera.
Amakuru
14 août 2024