Amakuru
22 juillet 2022

Umukuru w’Igihugu Ndayishimiye ni we asigaye aramutswa EAC, twomwitegako iki ?

Umutekano mu karere ka Congo yo mu buseruko kugira haboneke umutekano mu karere kose, ni kimwe mu vyo umukuru w’akarere ka EAC mushasha agiye gushira imbere kurangura muri iki kiringo ciwe c’umwaka. Evariste Ndayishimiye akaba yasubiriye umukuru w’Igihugu ca Kenya, Uhuru Kenyatta, hari mu birori vyo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2022, mu nama y’abakuru b’Ibihugu igira iya 22 i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya.