Umushikizamanza mukuru wo mu ntara ya Kayanza yarifatiwe mu gahanga kuri uyu wa 30 Myandagaro n’umukuru w’igihugu c’Uburundi. Uwo mukenyezi yagirizwa n’umukuru w’igihugu kuba yararekuje umuntu yafashe k unguvu umwana, umukuru w’igihugu akabimwagiriza mu mvugo isa n’iyo gutukana. Evariste Ndayishimiye akabona ko uwo mukenyezi yakoze ibidashoboka mu kurekuza uwagirizwa ico caha.
Amakuru
2 septembre 2021
