Amakuru
23 février 2022

Umukuru w’Igihugu aranegura imyiyerekano yateguwe n’Abarundi baba mu Bubiligi

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ngo yarababajwe n’ukubona hakiri Abarundi bipfuriza inabi Uburundi. Yabishikirije ku mugoroba wo ku munsi wa Mungu avuye mu nama igira gatandatu y’Ubumwe bwa Buraya n’ibihugu vya Afrika. Evariste Ndayishimye yagiriza kandi umugambwe CNL kuba wifatanije n’umuhari RED-Tabara mu bikorwa vy’iterabwoba.