Ivyashikirijwe n’Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ko mu Burundi harangwa amahoro bihushanye n’ubwicanyi bwibonekeza mu Burundi. Evariste Ndayishimiye akaba yabishikirije ku munsi wa mbere avuye mu nama y’Ubumwe bwa Afrika. Epitace Nshimirimana, avugira umugambwe MSD, amenyesha ko umukuru w’Igihugu ariko ashaka kunyegeza amabi akorerwa Abarundi ku munsi ku munsi.
Amakuru
9 février 2022