Intwaro rusangi Melchior Ndadaye yaharanira yajanye na we. Bivugwa na Epitace Nshimirimana, umuvugizi w’umugambwe utavuga rumwe n’ubutegetsi MSD. Ku bwiwe, uno munsi intwaro rusangi mu Burundi ntayihari. Ibiyihonyanga vyose Ndadaye yarwanya ni vyo bikorwa n’ubutegetsi bwa CNDD-FDD yiyitirira guharanira intwaro rusangi.
Amakuru
7 juin 2024