Ni iyihe nyungu Ubutegetsi bwakuye mu kubomora amazu y’abantu buvuga ko bushaka kwubaka amabarabara ariko na nya ma barabarabara ntiyubakwe ? Ikibazo cibazwa na Agathon Rwasa, arongoye umugambwe CNL. Hari kuri uyu w’Imana aho abakenyezi bahurikiye muri uwo mugambwe bari baramutse bahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe abakenyezi.
Amakuru
12 avril 2022