Afya Bora ni ikigo cihaye umugambi wo kuza kirafasha abantu bose barwaye bashaka kwivuza, baba abari mu mahanga canke abari mu Burundi, kugira bashobore kuvurwa neza. Ico kigo kikaba kigizwe n’abantu 151 bose bize ivy’ubuganga. Kuri uyu wa gatatu, ico kigo kikaba cahaye ama certificats urwaruka 47 rwahejeje inyigisho ku bijanye n’ugufasha uwurwaye.
Amakuru
11 juin 2021