Ibohero si ikibanza c’abakenyezi. Ahubwo abakenyezi bagenewe kwiteza imbere no guteza imbere igihugu. Ivyo vyashikirijwe na Gaudence Nasasagare, umwunganizi w’umushikiranganji w’Ubutungane kuri uyu wa kabiri, aho yagendera abakenyezi bafungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, mu ntumbero yo kubafasha guhimbaza umunsi mukuru wahariwe abakenyezi.
Amakuru
1 avril 2022
