Ubushikiranganji bujejwe inyubakwa, ibikoresho vya Leta n’ukurwiza uburaro burashima ko ivyo bibanza bisanzwe birimwo amashure ya Lycée Central saint Gabriel na Lycée de l’Amitié bisubiye mu minwe ya Leta. Ir Déogratias Nsanganiyumwami agasaba abasanzwe bakorera muri ivyo bibanza kwegera ubushikiranganji kugira bumvikane mu ntumbero y’uko ata n’umwe ahomba.
Amakuru
14 août 2021
