Abantu babiri barwaye indwara ya choléra ni bo batorotse ibitaro batarakira. Bishikirizwa na Muganga Chloé Ndayikunda, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’Amagara y’abantu. Agahamagarira abarwayi bari mu bitaro kurindira ko umuganga abaha uburenganzira bwo gusohoka kugira ngo birinde ikwiragizwa ry’ico kiza.
Amakuru
14 janvier 2023