Icizere nticagiriwe umukuru w’Igihugu, ahubwo cagiriwe Abarundi muri rusangi. Ubutumwa ni ubw’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye, aganutse ava i Arusha muri Tanzaniya mu nama y’abakuru b’Ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko, aho uburongozi bw’uwo muryango bwashikirizwa Uburundi mu kiringo c’umwaka. Ku bwa Evariste Ndayishimiye, ni iteka ku Burundi kuko ukurongora uwo muryango kutari guhabwa igihugu gitunganije nabi.
Amakuru
26 juillet 2022