Témoignages
29 décembre 2020

Extrait du témoignage de Jean Baptiste Bireha

Extrait du témoignage de Jean Baptiste Bireha, journaliste ayant survécu à une attaque qui a eu lieu en 2015 et qui a coûté la vie à Zedi Feruzi, président du parti UPD Zigamibanga d’alors. Jean Baptiste demande aux dirigeants du Burundi de veiller au respect du droit à la vie de chaque citoyen burundais.

Agace k’intahe ya Bireha Jean Baptiste, umumenyeshamakuru yarokotse mu mwaka w’i 2015 aho yari kumwe n’umunyepolitike Zedi Feruzi yahoze ari mu mugambwe UPD Zigamibanga muri zone Ngagara. Jean Baptiste Bireha asaba abarongoye Uburundi ko boreka guhohotera ubuzima bw’abarundi.