Amakuru
3 mars 2021

Saleh Kebzabo, uwahiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ca Tchad, yaraye amenyesheje kuri uno wa mbere ko avuye mu mahiganwa

Saleh Kebzabo, uwahiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ca Tchad, yaraye amenyesheje kuri uno wa mbere ko avuye mu mahiganwa. Akabivuga inyuma y’aho ku munsi w’Imana, abapolisi bageragereje guhagarika uwundi atavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Tchad, Yaya Dillo Djerou.