Nta munyagihugu yemerewe gutunga umurima utarimye kuko hari abadafise aho barima kandi bavyipfuza. Vyashikirijwe na Evariste Ndayishimiye, umukuru w’Igihugu c’Uburundi. Hari ku munsi w’Imana uheruka mw’ijambo yashikirije ku munsi mukuru w’abakozi n’akazi. Evariste Ndayishimiye yashimiye kandi abasidukanye n’iyonka bakitabira akamo ko kurima amashamba yabo.
Agriculture
6 mai 2022
