Uwurongoye ishirahamwe OLUCOME aranegura kandi ukungene inyuma y’imyaka 8, isoko nkuru ya Bujumbura ihiye igatokombera, ata kirakorwa. Gabriel Rufyiri aributsa ko mu vyigwa vyakozwe, ibice 20% vy’amafaranga yinjira mu kigega ca Leta, yava muri iyo soko nkuru ya Bujumbura.
Amakuru
29 janvier 2021
