Amakuru
1 novembre 2021

Ni ikosa ry’abigisha nimba abanyeshure batamenya mw’ishure

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ngo afise aho ashaka gushikana igihugu afatiye kuri kahise k’Uburundi. Vyashikirijwe na Alain Diomède Nzeyimana, icegera c’umuvugizi w’umukuru w’igihugu. Ngo Abarundi bataye umwanya mwinshi muvy’amoko n’ibindi, kuba inyigisho mu Burundi zitakigira akanovera si ikosa ry’abanyeshure.