Leta y’Uburundi ngo yihaye intumbero yo kugwiza umwimbu mu gushikiriza ifumbire abarimyi. Bishikirizwa na Emmanuel Ndorimana, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’Uburimyi. Arongera agahumuriza abarimyi batararonswa ifumbire ikwiye, ko ubushikiranganji buriko buravugana n’ihinguriro FOMI kugira ngo ico kibazo gikemuke.
Amakuru
3 novembre 2021