Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ngo yaraye ateye intambwe ntoya mw’ijambo ryiwe ryo kuri uyu wa gatatu. Aho yemera ko hariho abantu banyuruzwa mu Burundi. Bishikirizwa na Pacifique Nininahazwe, arongoye isekeza Ndondeza. Pacifique Nininahazwe yongera akavuga kandi ko ata mirwi y’iterabwoba inyuruza abantu. Abanyuruzwa bose banyuruzwa n’iperereza.
Amakuru
31 décembre 2021