Mu gihugu ca Centrafrique, umugwa mukuru wa Bangui waraye utewe ubwa mbere n’abarwanyi bari mu mu muhari w’abiyita abakunda igihugu bagaharanira ko ibintu bihinduka. Hari mu bucagucagu bwo kuri uyu wa gatatu. Ico gisagara catandukiriwe inyuma yaho abo barwanyi bari bamaze iminsi batera ibindi bisagara biri mu micungararo.
Amakuru
14 janvier 2021