Amakuru
4 janvier 2023

M23 irashigikiye ibikorwa vy’igisirikare c’akarere muri Congo

Umuhari M23 uvuga ko ushima igisirikare c’akarere kiri mu gihugu ca Congo. Général Sultani Makenga, arongoye igisirikare c’uwo muhari, yizeye ko ubwitange bw’abo basirikare barungitswe n’umuryango w’Africa y’ubuseruko buzoshigikirwa na bose, kugira amahoro agaruke ku Bakongomani bose. Kurikira général Sultani Makenga.