Amakuru
4 mai 2022

Leta iripfuza gushira umuco mw’itunganywa ry’amafaranga mu bushikiranganji butandukanye

Hagiye gushirwaho ibwirizwa rigenga uburyo ibisata vy’igihugu bizokoresha. Vyashikirijwe n’Umukuru w’igihugu ku munsi wa mungu aho hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe abakozi n’akazi. Evariste Ndayishimiye akaba yongeyeko ko ibisata vyose vy’igihugu bizotegerezwa kwerekana uko vyakoresheje uburyo vyahawe.