Kwinjira mu mashirahamwe yo kuvuzanya, birakwiye kuba itegeko mu Burundi. Bivugwa na Espérance Kaneza, umunyamabanga nshingwabikorwa w’Ihuriro ry’amashirahamwe yo kuvuzanya, PAMUSAB. Asigura ko ivyo vyotuma Abarundi bose bashobora kuronka ubuvuzi bw’akanovera.
Amakuru
25 juillet 2024