Leta igiye guhana yivuye inyuma bamwe mu badandaza b’isima ya BUSEKO, ibinyobwa vya BRARUDI be n’isukari ya SOSUMO ko baduza ibiciro uko bishakiye. Jérémie Banigwaninzigo, umunyamabanga ntayegayzwa mu bushikiranganji bw’ubudandaji, yabishikirije kuri uyu wa gatanu mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru. Akaba yaboneyeho ko igiciro c’ivyo bidandazwa uko ari 3 bitigeze bihinduka.
Amakuru
6 juillet 2021
