Léon Bangiricenge, umunywanyi w’umugambwe MSD, yanyurujwe mu mwaka w’2014. Ngo akaba yanyurujwe n’abakozi b’iperereza aca aja kugandagurirwa bunyamaswa mw’ishamba cimeza rya Rukoko. Kwirikira intahe ya Charles Nzeyimana, umuvukanyi wa Léon Bangiricenge yanyurujwe.
Amakuru
4 septembre 2021