N’aho idatanga ibiharuro, leta y’Uburundi ivuga ko umwimbu wagenze neza mu gihugu muri uno mwaka. Abahinga bavuga ko ari imvugo ya politike.
Bamwe mu barimyi bavuga ko uwo mwimbu ata wuhari.