Amakuru
11 octobre 2023

Kwiba hakoreshejwe uruyeri kwarwiriranye, nk’uko ubushikiranganji bw’Umutekano bugabisha

Abarundi bakwiye kuba maso kuko ubusuma bukoreshejwe amayeri bwabaye ndanse. Bisabwa n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’Umutekano. Pierre Nkurikiye abimenyesheje inyuma y’aho hari umukenyezi yafashwe ariko arabesha ko akorera umukuru w’Igihugu. Aragabisha abakora ubwo busuma ko bazohanwa bikomeye.