Ikirimba c’umukuru w’Igihugu Ntare ntigishobora kuba cegeranye n’inzu z’abanyagihugu, ku mvo z’umutekano. Ivyo bisigurwa n’umukuru w’Igihugu. Evariste Ndayishimiye yabishikirije ku munsi wa gatanu w’indwi iheze, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru n’abanyagihugu. Akavuga ko Abarundi batarumva neza ico umutekano w’igihugu usigura.
Amakuru
3 janvier 2023
