Umukuru w’igihugu c’Urwanda Paul Kagame amenyesha ko hakiri ikibazo c’umutekano muke ku mupaka ico gihugu gihana n’Uburundi. Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru n’abanyagihugu ku munsi wa mbere, Paul Kagame aremeza ko n’aho biri uko, ibiganiro hagati y’ivyo bihugu bibiri biza vyaratanguye kugira haboneke umubano mwiza urama.
Amakuru
23 décembre 2020
