Amakuru
28 mai 2022

Iterabwoba n’ugutembagaza ubutegetsi vyagwiriranye muri Afrika, biri mu biriko birigwa i Malabo

Abakuru b’ibihugu bagera kuri 20, harimwo n’umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, ni bo bakoraniye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Rusama 2022, mu nama yahuje ibihugu vya Afrika iriko irabera mu gihugu ca Guinée équatoriale, ku murwa mukuru wa Malabo.