Amakuru
28 janvier 2021

Ishure shingiro mu Burundi ryoba rikwije ibisabwa ngo rishobore kwitwa ukwo?

Ishure shingiro mu Burundi ryoba rikwije ibisabwa ngo rishobore kwitwa ukwo? N’akahe kamaro ishure shingiro rifitiye umwigeme mu Burundi? Inyuma y’imisi mike isi yose ihimbaje umusi mpuzamakungu wahariwe indero, urunani rw’ibimenyeshamakuru Radio Inzamba na Télévision Renaissance, rugaruka kuri ivyo bibazo. Ni mu kiganiro Yaga Mukenyezi.