Amakuru
9 février 2021

Iperereza ry’Uburundi biraboneka ko rifise ikintu cinyegeje mu rubanza rwa Christa Kaneza

Iperereza ry’Uburundi biraboneka ko rifise ikintu cinyegeje mu rubanza rwa Christa Kaneza yagirizwa ko yoba yagandaguye umugabo wiwe Thierry Kubwimana. Bivugwa na Pacifique Nininahazwe, arongoye FOCODE. Ngo ivyo rero bigatuma hari abantu bibaza ico ubutungane burwanira mu gihe buriko burahohotera uwo mupfakazi Christa Kaneza.