Bamwe mu bategetsi bo muri Congo ntibashaka ko intambara iri mu buseruko bw’ico gihugu ihagarara. Bivugwa n’umushingwamanza Jean Baptiste Gasominari, asanzwe ari umusesanguzi mu bijanye na politike. Amenyesha ko irya ntambara yahindutse urudandazwa kuri abo banyepolitike, ari co gituma barondera ivyitwazo vyose kugira inzira y’ibiganiro ntikunde.
Amakuru
7 août 2024