Umuriro wadutse mw’ibohero rikuru rya Gitega ugatikiza inganda, ntiwaturutse ku ntsinga zubatswe nabi nk’uko icegera c’umukuru w’igihugu yabisiguye. Ivyo bishikirizwa na Ir Egide Mwemero. Uwo yanonosoye ibijanye n’umuyagankuba avuga ahubwo ko icateye uwo muriro ari ikindi kidahuye n’umuyagankuba.
Amakuru
11 décembre 2021
