Abarundi barahamagarirwa kugira isuku bashimitse kugira ngo barwanye indwara y’amaso bita ay’imbwa yateye muri kino gihe mu Burundi. Biri mw’itangazo ryasohowe kuri uyu wa kabiri itariki 13 Ruhuhuma n’umushikiranganji w’Amagara y’abantu. Lydwine Baradahana asaba kandi abamaze kwandura iyo ndwara kwihuta kuja kuyivuza.
Amakuru
14 février 2024